[Kirundi] Nimba ufise ingorane z’ukuriha amahera ajanye n’umuyagankuba na gaz wakoresheje
Publisher
Date
Type
Topic
• Vugana n’uwuyikudandazako. Inomero zabo ziri kuri ico gikaratasi bakuzaniye
urihirako
• Saba ko bagushigikira kubera ingorane wagize nimba udashoboye kuriha ayo
mahera wakoresheje mu gihe gitegekanijwe
• Saba ko woja ku nteguro y’ukuriha, kugira ngo ushobore kuriha inyuma y’igihe
kirekire canke urihe make make ariko kenshi
• Guma kuri iyo nteguro kugira ngo wikingire ntibagucire umuyagankuba,
ntibagusabe kuriha inyungu canke kuriha ayandi amhera kubera ugucerwa
kurihira ku gihe
• Baza yuko hariho amahera Reta yoba yarahevye kurihisha canke ayo
yasubije kugura go igufashe i muhira canke ku kazi aho ukorera.
Ku zindi nkuru zirengeye izo ku bijanye n’ukuziganya umuyagankuba
n’amahera i muhira ja kuri uru rubuga rukurikira: https://www.energy.gov.au/households/translations
Documents
Attachment | Size |
---|---|
Nimba ufise ingorane z’ukuriha amahera ajanye n’umuyagankuba na gaz wakoresheje | 208.92 KB |